Home Global Ibibazo bihanze abarundi baba muri USA: Iciyumviro ca Samuel Ndayiragije Umurongozi mukuru wa DICOBU

Ibibazo bihanze abarundi baba muri USA: Iciyumviro ca Samuel Ndayiragije Umurongozi mukuru wa DICOBU

0
Ibibazo bihanze abarundi baba muri USA: Iciyumviro ca Samuel Ndayiragije Umurongozi mukuru wa DICOBU

Mw’ ijambo yashikirije umuyobozi mukuru wa Dicobu asoza inama yashimiye buri wese ku vyiyumviro yatanze. Ati iyo tuvuga ibibazo turakira. Ariko iyo tuvyirengagije bitugumamwo. Yasavye abarundi kureka umuco wo kudashigikirana no kurwanyana , umuco wo kuraba uwabikoze aho kureba ivyo yakoze. Dicobu ntishigikira umuntu ishigikira ibikorwa. Yatanze akarorero k’isabukuru ya Dukunde uburundi nka bimwe mu bitaramo bizabera i Bujumbura Dicobu iriko irategura.

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here