Home Global KURIKIRA YA NAMA Y’ABAGWIZATUNGA B’ABARUNDI MURI AMERICA

KURIKIRA YA NAMA Y’ABAGWIZATUNGA B’ABARUNDI MURI AMERICA

0
KURIKIRA YA NAMA Y’ABAGWIZATUNGA B’ABARUNDI MURI AMERICA

CCBU ni ihuriro ry’abagwizatunga b’abarundi baba muri America ryashizweho na DICOBU.DICOBU n’ ishirahamwe ry’abarundi baba muri America.Munama yahuje abobarwizatunga,habayeho guhanahana ivyiyumviro vyuko CCBU yohuza ikanashira hamwe abarundi bose bakora Business,kugira bakore imigambi irama aha muri America mbere hadasizwe inyuma igihugu camavukiro UBURUNDI

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here