Home Uncategorized ABARIRIMVYI B’ABARUNDI BAGIYE KUMENYEKANISHWA MURI AMERICA || IJAMBO RYA SAMUEL NDAYIRAGIJE

ABARIRIMVYI B’ABARUNDI BAGIYE KUMENYEKANISHWA MURI AMERICA || IJAMBO RYA SAMUEL NDAYIRAGIJE

0
ABARIRIMVYI B’ABARUNDI BAGIYE KUMENYEKANISHWA MURI AMERICA || IJAMBO RYA SAMUEL NDAYIRAGIJE

Mw’ijambo umurongozi mukuru wa DICOBU Samuel Ndayiragije yashikirije abanditsi n’abamenyeshamakuru mw’itegurwa ry’isabukuru DUKUNDE UBURUNDI, yavuze ko DICOBU izobandanya gushira hamwe abaririmvyi n’abanya bugene b’abarundi mukubateza imbere no ku bamenyekanisha. Dicobu ifadikanije na Irebe Company irongowe na August Burundi, bakaba barateguye igitaramo DUKUNDE UBURUNDI ku nshuro yayo yambere bibutsa abarundi gukunda igihugu cabo.

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here